close

Videolarınızı hesabınız açıkken izlemeniz durumunda her izlediğiniz ve eklediğiniz videolardan ve etkileşimlerinizden (beğeni, takip vb.) para kazanırsınız.

Up next

Sat-B - Kidding (Official Music Video)

0 Views· 13/07/23
streamer
streamer
2 Subscribers
2
In Music

Sat-B presents the official music video to Kidding.

© 2023 Empire Avenue / Africori

Lyrics:

Mfise Amakuru, Ufise Ukuntu
Utuma Abantu Bahengama ibikanu
Utagize ico uvuga
How do you do that?
Bantera Story, Ufise umupfumu
Aguha uburozi buri uwuguteye imboni
Wese akabona Usa
Nka mama Jesus

Hook:
Ibi Sindabivuga nkomeje
Don’t take it serious
You my Heaven Delivery
You look naturally ndabivuga ntasoni (X2)
Chorus:
I was just kidding
(Nturoga)
I was just kidding
(Ntucoma)
I was just kidding
(Ntuwikoroga)
Kuko ubwiza ufise bwo nindemanwa (X2)

Pre-Chorus:
N’iyo woba ubikora uramaze
Yeeeh uramaze, Yeeh Uramaze
Yeeeh uramaze.
Ubundi
N’iyo woba ubikora uramaze
Yeeeh uramaze, Yeeh Uramaze
Yeeeh uramaze.

Verse 2:
None wakoze amakuru
Wateje n’induru
Some people Getting Rude
They talk about you
(Aaahhn oooh Yeeh aaaaah)
Sometimes niho niyumva
I am also confused,
Nigute ur’umutuzo
Mubintu vyose tu oooh yeh
(No No No No No)
Icobikoze rata sinkubesha
(Noooo)
Nakubuzeko ikosa
I know how good just you are
Mba ndi kugucokoza aaah

Hook:
Ibi Sindabivuga nkomeje
Don’t take it serious
You my Heaven Delivery
You look naturaly mbivuga ntasoni (X2)
Chorus:
I was just kidding
(Nturoga)
I was just kidding
(Ntucoma)
I was just kidding
(Ntuwikora)
Kuko ubwiza ufise nindemanwa (X2)

Pre-Chorus:
N’iyo woba ubikora uramaze
Yeeeh uramaze, Yeeh Uramaze
Yeeeh uramaze.
Ubundi
N’iyo woba ubikora uramaze
Yeeeh uramaze, Yeeh Uramaze
Yeeeh uramaze.



Follow Sat-B:
Instagram: https://www.instagram.com/satb_satura
Twitter: https://twitter.com/satb257
Facebook: https://www.facebook.com/satb257
Tiktok: https://www.tiktok.com/@satb_satura

#Kidding

Show more

 0 Comments sort   Sort By


Up next